Rondera umurongo canke ijambo vyoroshe, sangiza abandi imirongo, ankika inyigisho ku murongo uyibikire, siga amarangi atandukanye ku mirongo watoranije, shira utumenyetso ku mirongo yagize ico ikwigishije, ukaba ufise ingorane zo kubona neza cagura ubunini binini bg'indome wifuza canke uhindure amarangi, uronka umurongo ku musi ku musin ,'ibindi... Vyose ni kubuntu imisi yose kandi nta bimenyeshwa bizojako (jamais de publicités/ads)
Ivyanditswe Vyera vy'Imana ari vyo vyitwa BIBILIYA YERA biri mw'Isezerano rya Kera n'Isezerano Risha Version yanditswe na Société Biblique du Burundi mu mwaka 1967
This release of Bibiliya Yera mu kirundi Android App available in 2 variants. Please select the variant to download. Please read our FAQ to find out which variant is suitable for your Android device based on Screen DPI and Processor Architecture.
If you are looking to download other versions of Bibiliya Yera mu kirundi Android App, We have 10 versions in our database. Please select one of them below to download.